OMS ivuga ko uko umwaka utashe, 'utumego' imiliyari 5 tujugunywa, tugahumanya isi. Incabwenge muri India zatoye ubuhinga bwo guhingura utwo tumego mu bindi bikoresho vy'akamaro. Utumego tw'itabi ...
Ubushuhe butumereye nabi, turagwara, tukaribwa, hakazamwo n'inyonko.” Ranjeet ani umugore w’i Lucknow muri India, atunzwe no gutembereza ibidandazwa. Avuga ayo babonye, ubu ubushuhe burenza 40 ...